Übersetzung der Bedeutungen von dem heiligen Quran - الترجمة الكيروندية * - Übersetzungen

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

Übersetzung der Bedeutungen Vers: (63) Surah / Kapitel: Al-Kahf
قَالَ أَرَءَيۡتَ إِذۡ أَوَيۡنَآ إِلَى ٱلصَّخۡرَةِ فَإِنِّي نَسِيتُ ٱلۡحُوتَ وَمَآ أَنسَىٰنِيهُ إِلَّا ٱلشَّيۡطَٰنُ أَنۡ أَذۡكُرَهُۥۚ وَٱتَّخَذَ سَبِيلَهُۥ فِي ٱلۡبَحۡرِ عَجَبٗا
Yuusha’u mwene Nuuni yamwishuye ati: “Mbega uribuka hamwe twicara kuri rya buye ngo turuhuke! Ni ukuri nibagiye kukubwira ivyashikiye ya fi yumye, kandi nta canyibagije kubikubwira atari shetani. Uzi n’inkuru, ya fi yumye rero yacitse nzima maze isimbira mw’ibahari, iraheza iroga igenda ica inzira iboneka mw’ibahari mu buryo butangaje koko”.
Arabische Interpretationen von dem heiligen Quran:
 
Übersetzung der Bedeutungen Vers: (63) Surah / Kapitel: Al-Kahf
Suren/ Kapiteln Liste Nummer der Seite
 
Übersetzung der Bedeutungen von dem heiligen Quran - الترجمة الكيروندية - Übersetzungen

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

Schließen