Fassarar Ma'anonin Alqura'ni - الترجمة الكيروندية * - Teburin Bayani kan wasu Fassarori

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

Fassarar Ma'anoni Aya: (42) Sura: Suratu Houd
وَهِيَ تَجۡرِي بِهِمۡ فِي مَوۡجٖ كَٱلۡجِبَالِ وَنَادَىٰ نُوحٌ ٱبۡنَهُۥ وَكَانَ فِي مَعۡزِلٖ يَٰبُنَيَّ ٱرۡكَب مَّعَنَا وَلَا تَكُن مَّعَ ٱلۡكَٰفِرِينَ
Nya bwato butanguye kureremba mu mazi, imikuba na yo ingana umusozi igakubita irya n’ino, Nuhu yahavuye ahamagara umuhungu wiwe aho yari yigungiye ku gatumba, arasemerera ati: “Mwananje! Urira tujane mu bwato, ntuhave usigarana n’abagarariji ngo utwarwe n’isegenya!”.
Tafsiran larabci:
 
Fassarar Ma'anoni Aya: (42) Sura: Suratu Houd
Teburin Jerin Sunayen Surori Lambar shafi
 
Fassarar Ma'anonin Alqura'ni - الترجمة الكيروندية - Teburin Bayani kan wasu Fassarori

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

Rufewa