Fassarar Ma'anonin Alqura'ni - الترجمة الكيروندية * - Teburin Bayani kan wasu Fassarori

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

Fassarar Ma'anoni Aya: (71) Sura: Suratu Alhajj
وَيَعۡبُدُونَ مِن دُونِ ٱللَّهِ مَا لَمۡ يُنَزِّلۡ بِهِۦ سُلۡطَٰنٗا وَمَا لَيۡسَ لَهُم بِهِۦ عِلۡمٞۗ وَمَا لِلظَّٰلِمِينَ مِن نَّصِيرٖ
Abagarariji babandanya kubangikanya Imana Allah, mu gusenga mu gishingo cayo ibigirwamana, ata na hamwe Imana Allah Yigeze Imanura mu Gitabu icemeza c’uko nya bigirwamana bikwiye gusengwa, eka nta n’ubumenyi bafise bwokwemeza isengwa ryavyo, kuko bapfuye gusa gukurikira ivyo ba se basenga. Burya abirenganya mw’ibangikanyamana, nta mutabazi bazoronka mu buzima bw’inyuma yo gupfa, azobakingira ibihano canke ngo abarwaneko.
Tafsiran larabci:
 
Fassarar Ma'anoni Aya: (71) Sura: Suratu Alhajj
Teburin Jerin Sunayen Surori Lambar shafi
 
Fassarar Ma'anonin Alqura'ni - الترجمة الكيروندية - Teburin Bayani kan wasu Fassarori

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

Rufewa