Fassarar Ma'anonin Alqura'ni - الترجمة الكيروندية * - Teburin Bayani kan wasu Fassarori

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

Fassarar Ma'anoni Aya: (10) Sura: Suratu Aal'Imran
إِنَّ ٱلَّذِينَ كَفَرُواْ لَن تُغۡنِيَ عَنۡهُمۡ أَمۡوَٰلُهُمۡ وَلَآ أَوۡلَٰدُهُم مِّنَ ٱللَّهِ شَيۡـٔٗاۖ وَأُوْلَٰٓئِكَ هُمۡ وَقُودُ ٱلنَّارِ
Mu vy’ukuri, abagararije bivuye inyuma idini ry’ukuri, amatungo yabo n’abana babo nta na kimwe bizobamarira nibahanwa n’Imana Allah kw’isi canke mu buzima bw’inyuma yo gupfa, abo ni na bo rero bazoba ivyegenyezo vy’umuriro.
Tafsiran larabci:
 
Fassarar Ma'anoni Aya: (10) Sura: Suratu Aal'Imran
Teburin Jerin Sunayen Surori Lambar shafi
 
Fassarar Ma'anonin Alqura'ni - الترجمة الكيروندية - Teburin Bayani kan wasu Fassarori

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

Rufewa