Fassarar Ma'anonin Alqura'ni - الترجمة الكيروندية * - Teburin Bayani kan wasu Fassarori

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

Fassarar Ma'anoni Aya: (97) Sura: Suratu Aal'Imran
فِيهِ ءَايَٰتُۢ بَيِّنَٰتٞ مَّقَامُ إِبۡرَٰهِيمَۖ وَمَن دَخَلَهُۥ كَانَ ءَامِنٗاۗ وَلِلَّهِ عَلَى ٱلنَّاسِ حِجُّ ٱلۡبَيۡتِ مَنِ ٱسۡتَطَاعَ إِلَيۡهِ سَبِيلٗاۚ وَمَن كَفَرَ فَإِنَّ ٱللَّهَ غَنِيٌّ عَنِ ٱلۡعَٰلَمِينَ
Muri iyo ngoro, harimwo kandi n’ibimenyetso bigaragara vyerekana ko yubatswe na Ibrahimu, n’uko ari ahantu hubashwe hahezagiwe. Muri ivyo bimenyetso, ni nk’ubuhagararo [16] bwa Ibrahimu (nyakugira amahoro y’Imana Allah). Uwinjiye muri iyo ngoro, aba atekaniwe nta n’umwe arekuriwe kumuhungabanya. Imana Allah Yarategetse rero ko umwislamu uwo ari we wese afise ubushobozi, aja kuyishengerera. Mu vy’ukuri, uwuhakanye ibwirizwa ryo gushengerera iyo ngoro aba agararije, kira noneho Imana Allah Irikenuye, nta co Ikeneye ku biremwa.
[16] Ubuhagararo bwa Ibrahimu, ni ibuye Ibrahimu yahagarayeko mu kuduza iyo nyubakwa, ari kumwe n’umuhungu wiwe Ismayili. Iryo buye rero, n’ubu ririho.
Tafsiran larabci:
 
Fassarar Ma'anoni Aya: (97) Sura: Suratu Aal'Imran
Teburin Jerin Sunayen Surori Lambar shafi
 
Fassarar Ma'anonin Alqura'ni - الترجمة الكيروندية - Teburin Bayani kan wasu Fassarori

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

Rufewa