Fassarar Ma'anonin Alqura'ni - الترجمة الكيروندية * - Teburin Bayani kan wasu Fassarori

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

Fassarar Ma'anoni Aya: (23) Sura: Suratu Luqman
وَمَن كَفَرَ فَلَا يَحۡزُنكَ كُفۡرُهُۥٓۚ إِلَيۡنَا مَرۡجِعُهُمۡ فَنُنَبِّئُهُم بِمَا عَمِلُوٓاْۚ إِنَّ ٱللَّهَ عَلِيمُۢ بِذَاتِ ٱلصُّدُورِ
Ntumwa y’Imana! Uwagararije, igarariza ryiwe ntirikagutuntuze ku mutima, kuko wamaze gushikiriza ubutumwa butomoye, amaherezo y'abagarariji ku musi w’izuka, ni iwacu Twebwe Allah, Tuzoheza rero Tubabwire ivyo bakoze vyose, maze Tubibahembere. Mu vy’ukuri Imana Allah, Irazi ibinyegejwe mu mishaha;
Tafsiran larabci:
 
Fassarar Ma'anoni Aya: (23) Sura: Suratu Luqman
Teburin Jerin Sunayen Surori Lambar shafi
 
Fassarar Ma'anonin Alqura'ni - الترجمة الكيروندية - Teburin Bayani kan wasu Fassarori

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

Rufewa