Kur'an-ı Kerim meal tercümesi - الترجمة الكيروندية * - Mealler fihristi

PDF XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

Anlam tercümesi Ayet: (41) Sure: Sûratu'n-Nûr
أَلَمۡ تَرَ أَنَّ ٱللَّهَ يُسَبِّحُ لَهُۥ مَن فِي ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَٱلۡأَرۡضِ وَٱلطَّيۡرُ صَٰٓفَّٰتٖۖ كُلّٞ قَدۡ عَلِمَ صَلَاتَهُۥ وَتَسۡبِيحَهُۥۗ وَٱللَّهُ عَلِيمُۢ بِمَا يَفۡعَلُونَ
Ntumwa y’Imana! Mbega ntiwamenye ko ibiremwa vyose biri mu majuru n’isi bininahaza Imana Allah, n’inyoni zikayininahaza zishanje amababa zarara mu kirere! Kimwe cose muri ivyo biremwa rero, Imana Allah Yaracigishije ukuntu kiyisenga kikanayininahaza. Burya Imana Allah, ni Nyenubumenyikurivyose, Irazi neza ibigirwa n’ibiremwa.
Arapça tefsirler:
 
Anlam tercümesi Ayet: (41) Sure: Sûratu'n-Nûr
Surelerin fihristi Sayfa numarası
 
Kur'an-ı Kerim meal tercümesi - الترجمة الكيروندية - Mealler fihristi

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

Kapat