Kur'an-ı Kerim meal tercümesi - الترجمة الكيروندية * - Mealler fihristi

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

Anlam tercümesi Ayet: (124) Sure: Sûratu'n-Nisâ
وَمَن يَعۡمَلۡ مِنَ ٱلصَّٰلِحَٰتِ مِن ذَكَرٍ أَوۡ أُنثَىٰ وَهُوَ مُؤۡمِنٞ فَأُوْلَٰٓئِكَ يَدۡخُلُونَ ٱلۡجَنَّةَ وَلَا يُظۡلَمُونَ نَقِيرٗا
N’uwo wese nyene azokora ivyiza bitegetswe, yaba umuhungu canke umukobwa, akaba yemera Imana Allah n’Intumwa yayo, uyo rero ni we azoba ari mu bazokwinjira mu Bwami bw’ijuru, ntibazonarenganywa na gato ku ndishi y’ivyo bakoze, n’aho koba akantu kanzunya, kangana n’agahere kari ku mugongo w’urutete rw’itende.
Arapça tefsirler:
 
Anlam tercümesi Ayet: (124) Sure: Sûratu'n-Nisâ
Surelerin fihristi Sayfa numarası
 
Kur'an-ı Kerim meal tercümesi - الترجمة الكيروندية - Mealler fihristi

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

Kapat