قۇرئان كەرىم مەنىلىرىنىڭ تەرجىمىسى - الترجمة الكيروندية * - تەرجىمىلەر مۇندەرىجىسى

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

مەنالار تەرجىمىسى ئايەت: (15) سۈرە: سۈرە شۇرا
فَلِذَٰلِكَ فَٱدۡعُۖ وَٱسۡتَقِمۡ كَمَآ أُمِرۡتَۖ وَلَا تَتَّبِعۡ أَهۡوَآءَهُمۡۖ وَقُلۡ ءَامَنتُ بِمَآ أَنزَلَ ٱللَّهُ مِن كِتَٰبٖۖ وَأُمِرۡتُ لِأَعۡدِلَ بَيۡنَكُمُۖ ٱللَّهُ رَبُّنَا وَرَبُّكُمۡۖ لَنَآ أَعۡمَٰلُنَا وَلَكُمۡ أَعۡمَٰلُكُمۡۖ لَا حُجَّةَ بَيۡنَنَا وَبَيۡنَكُمُۖ ٱللَّهُ يَجۡمَعُ بَيۡنَنَاۖ وَإِلَيۡهِ ٱلۡمَصِيرُ
Ntumwa y’Imana! Ni kuri iryo dini ry’ubwislamu rero Imana Allah Yategetse Abavugishwamana, ukwiye kurarikira abantu ko barikurikira, uheze uritsimbatareko nk’uko wategetswe n’Imana Allah, kandi ntugakurikire namba ivyipfuzo vy’abafise amakenga mu kwemera, badatsimbataye kw’idini. Uraheza uvuge rero wemanga uti: “Naremeye Ibitabu vyose Imana Allah Yamanuriye Abavugishwamana; naranategetswe kubatunganiriza mu ngingo mfashe; Allah, ni Yo Mana yanje Ikaba n’Imana yanyu Rurema; tuzohemberwa ibikorwa vyiza twakoze, na mwe nyene muzohemberwa ibikorwa bibi mwakoze; nta n’impari canke urwanko rukwiye kuba hagati yacu inyuma y’aho ukuri kugaragariye; Imana Allah, Izotwegeranya ku musi w’izuka, kugira Iducire urugororotse mu vyo duhazanako mw’idini; n’amaherezo yacu rero ni kuri Yo, kugira Ihembere umwumwe wese ibikwiranye n’ivyo yakoze”.
ئەرەپچە تەپسىرلەر:
 
مەنالار تەرجىمىسى ئايەت: (15) سۈرە: سۈرە شۇرا
سۈرە مۇندەرىجىسى بەت نومۇرى
 
قۇرئان كەرىم مەنىلىرىنىڭ تەرجىمىسى - الترجمة الكيروندية - تەرجىمىلەر مۇندەرىجىسى

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

تاقاش