የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (1) ምዕራፍ: ሱረቱ ሁድ

SURATU HUUD

الٓرۚ كِتَٰبٌ أُحۡكِمَتۡ ءَايَٰتُهُۥ ثُمَّ فُصِّلَتۡ مِن لَّدُنۡ حَكِيمٍ خَبِيرٍ
Alif Laam Raa[1]. Iki Gitabu, Imana Allah Yamanuriye Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), Aayah zaco zaratunganijwe neza mu mpinyanyuro, hanyuma ziratomorwa neza mu vyerekeye amabwirizwa avuye ku Mana Allah, Intungane mu vyo Ikora, Muhetuziwavyose;
[1] Raba insiguro y’indome zitangura mu ntango y’igisomwa Al-Baqara.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (1) ምዕራፍ: ሱረቱ ሁድ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት