የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (119) ምዕራፍ: ሱረቱ ሁድ
إِلَّا مَن رَّحِمَ رَبُّكَۚ وَلِذَٰلِكَ خَلَقَهُمۡۗ وَتَمَّتۡ كَلِمَةُ رَبِّكَ لَأَمۡلَأَنَّ جَهَنَّمَ مِنَ ٱلۡجِنَّةِ وَٱلنَّاسِ أَجۡمَعِينَ
Kiretse abazogirirwa impuhwe n’Imana yawe Rurema Allah, bakagira amahirwe yo kuyemera. Ni muri iyo ntumbero rero, Imana Allah Yabaremye mu butandukane bwabo, maze umwe wese agahitamwo kimwe: inzira y’ubugororotsi canke iy’ubugaba. Kubera ivyo rero, isezerano ry’ijambo ry’Imana yawe Rurema Allah rizotungana nk’uko Yasezeraniye ibiremwa Iti: “Ni ukuri, nta nkeka ko Nzokwuzuza mu muriro wa Jahannamu ibigaba bizokurikira Ibilisi mu majini no mu bantu”.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (119) ምዕራፍ: ሱረቱ ሁድ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት