የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (24) ምዕራፍ: ሱረቱ ሁድ
۞ مَثَلُ ٱلۡفَرِيقَيۡنِ كَٱلۡأَعۡمَىٰ وَٱلۡأَصَمِّ وَٱلۡبَصِيرِ وَٱلسَّمِيعِۚ هَلۡ يَسۡتَوِيَانِ مَثَلًاۚ أَفَلَا تَذَكَّرُونَ
Akarorero k’imigwi ibiri; umugwi w’abagarariji[5] n’uw’abemeramana[6]; ni nk’ak’impumyi hamwe na nyamuragi, n’ak’uwukanura hamwe n’uwumva. Mbega none iyo migwi ibiri, yoba inganya ubutore! Ubwo ntimwokwibuka ngo munyurwe!
[5] Umugwi utabona ukuri ngo ugukurikire, utumva uwuwurarikira ukwemera Imana Allah ngo wemere. Umugwi w’abagarariji ugereranywa n’impumyi na nyamuragi.
[6] Umugwi utabona ivyemezo vy’Imana Allah ngo uvyemere, utumva uwurarikira ukwemera Imana Allah ngo uwukurikire. Umugwi w’abemeramana ng’aha ugereranywa n’umuntu abona n’uwumva ukuri akagukurikira.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (24) ምዕራፍ: ሱረቱ ሁድ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት