የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (3) ምዕራፍ: ሱረቱ ሁድ
وَأَنِ ٱسۡتَغۡفِرُواْ رَبَّكُمۡ ثُمَّ تُوبُوٓاْ إِلَيۡهِ يُمَتِّعۡكُم مَّتَٰعًا حَسَنًا إِلَىٰٓ أَجَلٖ مُّسَمّٗى وَيُؤۡتِ كُلَّ ذِي فَضۡلٖ فَضۡلَهُۥۖ وَإِن تَوَلَّوۡاْ فَإِنِّيٓ أَخَافُ عَلَيۡكُمۡ عَذَابَ يَوۡمٖ كَبِيرٍ
Muraheza rero musabe Imana yanyu Rurema Allah, kugumirizwa akabanga ku vyaha vyanyu, ntibibahanire; hanyuma mugaruke kuri Yo mwigaye, Iheze Ibahe kuryoherwa mu buzima bwo kw’isi gushika umusi warwo, Iheze Ihe n’indishi itagabanije uwo wese yahawe impano y'ubumenyi akanabugendera. Nimwagenza umugongo naho mukirengagiza ubutumwa bwanje, muramenya ko mu vy’ukuri, jewe ntinya ko mwoshikirwa n’ibihano vy’umusi uhambaye w’izuka[2].
[2] Iyi Aayah, igabisha uwo wese agenza umugongo mu guhakana Intumwa, akanirengagiza amabwirizwa y’Imana Allah.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (3) ምዕራፍ: ሱረቱ ሁድ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት