የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (40) ምዕራፍ: ሱረቱ ሁድ
حَتَّىٰٓ إِذَا جَآءَ أَمۡرُنَا وَفَارَ ٱلتَّنُّورُ قُلۡنَا ٱحۡمِلۡ فِيهَا مِن كُلّٖ زَوۡجَيۡنِ ٱثۡنَيۡنِ وَأَهۡلَكَ إِلَّا مَن سَبَقَ عَلَيۡهِ ٱلۡقَوۡلُ وَمَنۡ ءَامَنَۚ وَمَآ ءَامَنَ مَعَهُۥٓ إِلَّا قَلِيلٞ
Igihe rero itegeko ryo kubahonya ryagera, haboneka imbizi izananye mw’ifuru, Twabwiye Nuhu Duti: “Shira mu bwato igitsina-gabo n’igitsina-gore kuri buri bwoko bwose bw’ibiremwa, hamwe n’umuryango wawe kiretse uwamaze kwagirwa n’ibihano muri bo[8], wongere ushiremwo abakwemeye mu bantu bawe. Emwee! Nta n’uwamwemeye mu kiringo cose yabanye na bo kiretse abantu imparurwa”.
[8] Umuhungu wiwe hamwe n’umugore wiwe.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (40) ምዕራፍ: ሱረቱ ሁድ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት