የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (48) ምዕራፍ: ሱረቱ ሁድ
قِيلَ يَٰنُوحُ ٱهۡبِطۡ بِسَلَٰمٖ مِّنَّا وَبَرَكَٰتٍ عَلَيۡكَ وَعَلَىٰٓ أُمَمٖ مِّمَّن مَّعَكَۚ وَأُمَمٞ سَنُمَتِّعُهُمۡ ثُمَّ يَمَسُّهُم مِّنَّا عَذَابٌ أَلِيمٞ
Ni ho Imana Allah Yabwira Nuhu (nyakugira amahoro y’Imana Allah), Iti: “Ururuka ubwato mw’ituze, mw'iteka n’itekane bivuye kuri Twebwe Allah, uheze ubeho mu migisha y’ingabirano Twaguhundagajeko, wewe n’imigwi y’amoko y’ibiremwa izokomoka ku biremwa muri kumwe. Hari n’iyindi migwi y’intumva mu biremwa, Tuzoha kuryoherwa gato mu buzima bwo kw’isi gushika ku musi wa rwo, hanyuma Tuyihe ibihano bibabaza ku musi w’izuka”.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (48) ምዕራፍ: ሱረቱ ሁድ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት