የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (93) ምዕራፍ: ሱረቱ ሁድ
وَيَٰقَوۡمِ ٱعۡمَلُواْ عَلَىٰ مَكَانَتِكُمۡ إِنِّي عَٰمِلٞۖ سَوۡفَ تَعۡلَمُونَ مَن يَأۡتِيهِ عَذَابٞ يُخۡزِيهِ وَمَنۡ هُوَ كَٰذِبٞۖ وَٱرۡتَقِبُوٓاْ إِنِّي مَعَكُمۡ رَقِيبٞ
Emwe bantu banje! Nimugire ivyo mugomba uko mubigomba, nanje mu vy’ukuri nshishikara nkora ivyo nategetswe n’Imana Allah, vuba bw'ango muzomenya neza uwuzoshikirwa n’ibihano bisuzuguza, kandi muzomenya umubeshi n’uwutari we hagati yacu. Nimurindire rero ingingo y’Imana Allah ku bigaba canke ku bagororotsi, nanje mu vy’ukuri ndarindiriye hamwe na mwe”.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (93) ምዕራፍ: ሱረቱ ሁድ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት