Check out the new design

የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - የኪሩንድኛ ትርጉም - ዩሱፍ ጋሂቲ * - የትርጉሞች ማዉጫ

PDF XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም ምዕራፍ: ዩሱፍ   አንቀጽ:

Yuusuf

الٓرۚ تِلۡكَ ءَايَٰتُ ٱلۡكِتَٰبِ ٱلۡمُبِينِ
Alif Laam Raa[1]. Izi ni Aayah z’Igitabu Qor’ani gitomoye neza, mu nsiguro, mu ngingo z’ibirekuwe n’ibizira no mu burongozi bwaco.
[1] Raba insiguro y’indome zitangura mu ntango y’igisomwa Al-Baqara.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
إِنَّآ أَنزَلۡنَٰهُ قُرۡءَٰنًا عَرَبِيّٗا لَّعَلَّكُمۡ تَعۡقِلُونَ
Mu vy’ukuri, Twebwe Allah Twamanuye Qor’ani mu rurimi rw’icarabu kugira mutahure mubone kwubahiriza ibirimwo.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
نَحۡنُ نَقُصُّ عَلَيۡكَ أَحۡسَنَ ٱلۡقَصَصِ بِمَآ أَوۡحَيۡنَآ إِلَيۡكَ هَٰذَا ٱلۡقُرۡءَانَ وَإِن كُنتَ مِن قَبۡلِهِۦ لَمِنَ ٱلۡغَٰفِلِينَ
Ntumwa y’Imana! Twebwe Allah Tugucira agace ku vyabaye Tukabiguhishurira muri Qor’ani, nta n’ico wari ubiziko imbere yuko Tuguhishurira Tukabikwiganira.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
إِذۡ قَالَ يُوسُفُ لِأَبِيهِ يَٰٓأَبَتِ إِنِّي رَأَيۡتُ أَحَدَ عَشَرَ كَوۡكَبٗا وَٱلشَّمۡسَ وَٱلۡقَمَرَ رَأَيۡتُهُمۡ لِي سَٰجِدِينَ
Ntumwa y’Imana! Iganira abantu warungitsweko ijambo Yusufu yabwiye se ati: “Da! Ni ukuri, narose mbona inyenyeri cumi n’imwe, izuba hamwe n’ukwezi, narose mbona vyose binyubamira[2]”.
[2] Iyi ndoto, yabura inkuru nziza ku cubahiro n’iteka ridasanzwe Yusufu yahawe kw’isi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም ምዕራፍ: ዩሱፍ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - የኪሩንድኛ ትርጉም - ዩሱፍ ጋሂቲ - የትርጉሞች ማዉጫ

ተርጓሚ ዩሱፍ ጋሂቲ ‐ ከአፍሪካ የልማት ተቋም የተገኘ

መዝጋት