የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (21) ምዕራፍ: ሱረቱ ኢብራሂም
وَبَرَزُواْ لِلَّهِ جَمِيعٗا فَقَالَ ٱلضُّعَفَٰٓؤُاْ لِلَّذِينَ ٱسۡتَكۡبَرُوٓاْ إِنَّا كُنَّا لَكُمۡ تَبَعٗا فَهَلۡ أَنتُم مُّغۡنُونَ عَنَّا مِنۡ عَذَابِ ٱللَّهِ مِن شَيۡءٖۚ قَالُواْ لَوۡ هَدَىٰنَا ٱللَّهُ لَهَدَيۡنَٰكُمۡۖ سَوَآءٌ عَلَيۡنَآ أَجَزِعۡنَآ أَمۡ صَبَرۡنَا مَا لَنَا مِن مَّحِيصٖ
Ibiremwa vyose bizozuka ku musi w’izuka, maze bishengere imbere y’Imana Allah kugira Ibitunganirize. Abapfuye gukurikira abandi, bazobwira indongozi zabo bakurikiye bati: “Twebwe mu vy’ukuri, ni mwebwe twumvira kw’isi tukabakurikira, none kuri uno musi ntimwodukurako na kimwe mu bihano vy’Imana Allah!”. Indongozi zabo zizokwishura ziti: “Iyo Imana Allah Idushoboza kw’isi tukemera, twari kubarongora mu nzira yayo, twarahuvye rero turanabahubisha, ryaba ihababura ry’ibihano canke ukuvyihanganira, vyose ni co kimwe kuri twese kuko nta buhungiro dufise, eka nta n’isaganirizo”.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (21) ምዕራፍ: ሱረቱ ኢብራሂም
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት