የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (26) ምዕራፍ: ሱረቱ ኢብራሂም
وَمَثَلُ كَلِمَةٍ خَبِيثَةٖ كَشَجَرَةٍ خَبِيثَةٍ ٱجۡتُثَّتۡ مِن فَوۡقِ ٱلۡأَرۡضِ مَا لَهَا مِن قَرَارٖ
Nayo akarorero k’ijambo ribi ryo kugarariza Imana Allah; ni nk’igiti kibi kirura, caranduwe kuko imizi yaco idashika mu kuzimu, ntikigire n’amashami akura aja hejuru[6].
[6] Ukugarariza rero, ni nk’ico giti kibi; nta na kimwe kwungura umugarariji, eka nta n’ibikorwa vyiza bitegetswe akora ngo abihemberwe n’Imana Allah.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (26) ምዕራፍ: ሱረቱ ኢብራሂም
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት