የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (27) ምዕራፍ: ሱረቱ ኢብራሂም
يُثَبِّتُ ٱللَّهُ ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ بِٱلۡقَوۡلِ ٱلثَّابِتِ فِي ٱلۡحَيَوٰةِ ٱلدُّنۡيَا وَفِي ٱلۡأٓخِرَةِۖ وَيُضِلُّ ٱللَّهُ ٱلظَّٰلِمِينَۚ وَيَفۡعَلُ ٱللَّهُ مَا يَشَآءُ
Burya Imana Allah, Iratsimbataza abemeramana kw’ijambo ry’ukuri ryo kwemera no kwemanga ata guhigimanga, ko Imana Allah ari Imwe Rudende, n’uko Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) ari Intumwa yayo[7]; Irabatsimbataza bakarigendera mu buzima bwo kw’isi, bakanapfa baryemanga[8] no mu buzima bw’inyuma yo gupfa; Imana Allah, Iranahubisha abirenganije bakayigarariza mu kutabashoboza gutumbera ukuri mu buzima bwo kw’isi, no mu buzima bw’inyuma yo gupfa. Burya Imana Allah, Igira ivyo Ishatse mu gushoboza abemeramana kugira iherezo ryiza canke gutetereza abagarariji.
[7] “LAA ILAAHA ILLA LLAAH, MUHAMMADUN RASUULU LLAAH”.
[8] No mu gihe babajijwe n’abamalayika babiri mu mva, Iraheza Ikabashoboza kwishura neza.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (27) ምዕራፍ: ሱረቱ ኢብራሂም
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት