የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (32) ምዕራፍ: ሱረቱ ኢብራሂም
ٱللَّهُ ٱلَّذِي خَلَقَ ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَٱلۡأَرۡضَ وَأَنزَلَ مِنَ ٱلسَّمَآءِ مَآءٗ فَأَخۡرَجَ بِهِۦ مِنَ ٱلثَّمَرَٰتِ رِزۡقٗا لَّكُمۡۖ وَسَخَّرَ لَكُمُ ٱلۡفُلۡكَ لِتَجۡرِيَ فِي ٱلۡبَحۡرِ بِأَمۡرِهِۦۖ وَسَخَّرَ لَكُمُ ٱلۡأَنۡهَٰرَ
Imana Allah Yaremye amajuru n’isi, Iraheza Ituma n’imvura igwa ivuye mu bicu izananye mu kirere, Iratotahaza isi yagadutse, maze Ibamereshereza ivyamwa bibabeshaho hakoreshejwe nya mazi y’imvura, Iborohereza ku burenganzira bwayo kugendera mu bwato busunikwa n’umuyaga buciye mw’ibahari, Ibashoboza no kwikora ku nzuzi mu kunywa mwebwe hamwe n'ibitungwa vyanyu, no mu kuvomera indimo, n'ibindi;
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (32) ምዕራፍ: ሱረቱ ኢብራሂም
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት