የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (4) ምዕራፍ: ሱረቱ ኢብራሂም
وَمَآ أَرۡسَلۡنَا مِن رَّسُولٍ إِلَّا بِلِسَانِ قَوۡمِهِۦ لِيُبَيِّنَ لَهُمۡۖ فَيُضِلُّ ٱللَّهُ مَن يَشَآءُ وَيَهۡدِي مَن يَشَآءُۚ وَهُوَ ٱلۡعَزِيزُ ٱلۡحَكِيمُ
Ntumwa y’Imana! Ntitwigeze Turungika aho hambere yawe Intumwa n’imwe, kiretse ko Twayirungika ivuga ururimi rw’abo yarungitsweko, kugira ibatomorere bikwiye amabwirizwa, gutyo Imana Allah Igahubisha uwo Ishatse ku butumva bwiwe, Ikanarongora uwo Ishatse ku bugamburutsi bwiwe, ni na Yo Nyenintsinzi-Mutaneshwa, Intungane mu vyo Ikora.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (4) ምዕራፍ: ሱረቱ ኢብራሂም
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት