የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (41) ምዕራፍ: ሱረቱ ኢብራሂም
رَبَّنَا ٱغۡفِرۡ لِي وَلِوَٰلِدَيَّ وَلِلۡمُؤۡمِنِينَ يَوۡمَ يَقُومُ ٱلۡحِسَابُ
Mana yanje Rurema Allah! Ngumiriza akabanga, Umbabarire ibicumuro noba narakoze nka kiremwa-muntu, Wongere Ubabarire n’abavyeyi banje[11] hamwe n’abemeramana bose ku musi ibiremwa vyahagaritswe kugira biharurirwe, biheze bihemberwe ivyo vyakoze”.
[11] Yasabiye umuvyeyi wiwe imbere yuko amenya ko yamaze kugarariza, akaba umwansi w’Imana Allah.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (41) ምዕራፍ: ሱረቱ ኢብራሂም
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት