የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (9) ምዕራፍ: ሱረቱ ኢብራሂም
أَلَمۡ يَأۡتِكُمۡ نَبَؤُاْ ٱلَّذِينَ مِن قَبۡلِكُمۡ قَوۡمِ نُوحٖ وَعَادٖ وَثَمُودَ وَٱلَّذِينَ مِنۢ بَعۡدِهِمۡ لَا يَعۡلَمُهُمۡ إِلَّا ٱللَّهُۚ جَآءَتۡهُمۡ رُسُلُهُم بِٱلۡبَيِّنَٰتِ فَرَدُّوٓاْ أَيۡدِيَهُمۡ فِيٓ أَفۡوَٰهِهِمۡ وَقَالُوٓاْ إِنَّا كَفَرۡنَا بِمَآ أُرۡسِلۡتُم بِهِۦ وَإِنَّا لَفِي شَكّٖ مِّمَّا تَدۡعُونَنَآ إِلَيۡهِ مُرِيبٖ
Bantu mwarungikiwe Intumwa Muhamadi! Mbega ntimurashikirwa n’inkuru z’abantu b’aho hambere yanyu; abantu ba Nuhu, aba Huudi n’aba Swalehe, hamwe n’abantu bo hanyuma yabo ata wodondagura igitigiri cabo kiretse Imana Allah ! Intumwa barungikiwe, zarabazaniye ivyemezo bigaragara, baraheza barabihakana bivuye inyuma, batako baremanga n’ishavu n’akantu bati: “Mu vy’ukuri, twebwe turagararije, ntiturota twemera namba ivyo mwatuzaniye. Mu vy’ukuri, turafise impungenge ziturutse ku makenga y’ivyo muturarikira kwemera”;
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (9) ምዕራፍ: ሱረቱ ኢብራሂም
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት