የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (99) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ኢስራዕ
۞ أَوَلَمۡ يَرَوۡاْ أَنَّ ٱللَّهَ ٱلَّذِي خَلَقَ ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَٱلۡأَرۡضَ قَادِرٌ عَلَىٰٓ أَن يَخۡلُقَ مِثۡلَهُمۡ وَجَعَلَ لَهُمۡ أَجَلٗا لَّا رَيۡبَ فِيهِ فَأَبَى ٱلظَّٰلِمُونَ إِلَّا كُفُورٗا
Mbega ababangikanyamana ntibamenye ko Imana Allah Yaremye ata co Irinze gufatirako amajuru n’isi n’ibiremwa biri hagati yavyo, Ishoboye kurema nkavyo mu gihe vyohona! Yaranategekanirije ababangikanyamana isango ryo gupfa n’iryo guhanwa, nta nkeka ko iryo sango ritegerezwa gushika. Hamwe n’ivyo rero, abirenganije mu guhakana izuka ry’ibiremwa, bahisemwo kugarariza idini ry’Imana Allah.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (99) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ኢስራዕ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት