የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (17) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ከህፍ
۞ وَتَرَى ٱلشَّمۡسَ إِذَا طَلَعَت تَّزَٰوَرُ عَن كَهۡفِهِمۡ ذَاتَ ٱلۡيَمِينِ وَإِذَا غَرَبَت تَّقۡرِضُهُمۡ ذَاتَ ٱلشِّمَالِ وَهُمۡ فِي فَجۡوَةٖ مِّنۡهُۚ ذَٰلِكَ مِنۡ ءَايَٰتِ ٱللَّهِۗ مَن يَهۡدِ ٱللَّهُ فَهُوَ ٱلۡمُهۡتَدِۖ وَمَن يُضۡلِلۡ فَلَن تَجِدَ لَهُۥ وَلِيّٗا مُّرۡشِدٗا
Ni ho rero benisenga bahungira muri nya senga ry’ibuye, maze Imana Allah Ica Irabasinziriza umukondorazosi. Izuba riserutse, wabona rihengamiye iburyo bwa nya senga; ryarenga naho, ukabona rihengamiye ibubamfu bwa nya senga, ico gihe rero nta mishwarara y’izuba yabarasirako canke ngo babure akayaga keza gaciye mu bwinjiriro bwa nya senga. Iryo bungabungwa rya benisenga, riri mu vyemezo vyerekana ubushobozi n'ububasha vy’Imana Allah. Uwushobojwe n’Imana Allah akemera akanagamburuka, uyo ni we mugororotsi vy’ukuri, nayo uwubaye intumva, maze Imana Allah Ikamureka agahuba inzira y'ukuri, ntuzokwigera umuronkera umuhagarikizi amutumbereza mu nzira y’ukuri.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (17) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ከህፍ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት