የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (28) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ከህፍ
وَٱصۡبِرۡ نَفۡسَكَ مَعَ ٱلَّذِينَ يَدۡعُونَ رَبَّهُم بِٱلۡغَدَوٰةِ وَٱلۡعَشِيِّ يُرِيدُونَ وَجۡهَهُۥۖ وَلَا تَعۡدُ عَيۡنَاكَ عَنۡهُمۡ تُرِيدُ زِينَةَ ٱلۡحَيَوٰةِ ٱلدُّنۡيَاۖ وَلَا تُطِعۡ مَنۡ أَغۡفَلۡنَا قَلۡبَهُۥ عَن ذِكۡرِنَا وَٱتَّبَعَ هَوَىٰهُ وَكَانَ أَمۡرُهُۥ فُرُطٗا
Muvugishwamana! Urihanganira kuguma hafi y’abakene b’abemeramana mu ngendanyi zawe, biyegereza Imana yabo Rurema Allah mu vyo bakora vyose, bakanayisenga ari Imwe Rudende igitondo n’umugoroba, barondera gushimwa na Yo gusa; ntukanabirengagize ngo witwararike abagarariji urondera kuryoherwa n’ibihendamaso vy’ubuzima bw’isi, ntukumvire namba uwagoswe mu kutadutazira atuninahaza Twebwe Allah, maze agatwarwa n’ivyipfuzo vyiwe ha kugamburukira Imana Allah, Iyamuremye, gutyo ivyiwe vyose bigacika impfagusa.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (28) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ከህፍ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት