የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (32) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ከህፍ
۞ وَٱضۡرِبۡ لَهُم مَّثَلٗا رَّجُلَيۡنِ جَعَلۡنَا لِأَحَدِهِمَا جَنَّتَيۡنِ مِنۡ أَعۡنَٰبٖ وَحَفَفۡنَٰهُمَا بِنَخۡلٖ وَجَعَلۡنَا بَيۡنَهُمَا زَرۡعٗا
Ntumwa y’Imana! Abagarariji urabacira agace k’abagabo babiri bigeze kubaho, umwe muri bo akaba yari umwemeramana; uwundi na we akaba umugarariji. Uyo mugarariji, Twebwe Allah Twamuhaye imirima itotahaye ibiri y’imizabibu, ikikujwe n’ibiti vyinshi vy’itende, maze hagati ya nya mirima ibiri, Twahashize indimo z’ibindi biterwa ngirakamaro bitandukanye.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (32) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ከህፍ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት