የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (37) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ከህፍ
قَالَ لَهُۥ صَاحِبُهُۥ وَهُوَ يُحَاوِرُهُۥٓ أَكَفَرۡتَ بِٱلَّذِي خَلَقَكَ مِن تُرَابٖ ثُمَّ مِن نُّطۡفَةٖ ثُمَّ سَوَّىٰكَ رَجُلٗا
Mugenziwe w’umwemeramana ni ho yamubwira amuhanura, ati: “Bikugendera gute ngo ugararize Imana Allah Yakuremye mw’ivu ufatiye kw'iremwa rya so Adamu, hanyuma Ikurema mw’ima ry’intanga, hanyuma Irakuringaniza Ikugira umuntu muzima![4].
[4] Iyi Aayah irerekana neza ko Imana Allah Yatanguye kurema, Ishoboye gusubira kurema mu gihe co kuzura ibiremwa.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (37) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ከህፍ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት