የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

PDF XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (104) ምዕራፍ: ሱረቱ አል-በቀራህ
يَٰٓأَيُّهَا ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ لَا تَقُولُواْ رَٰعِنَا وَقُولُواْ ٱنظُرۡنَا وَٱسۡمَعُواْۗ وَلِلۡكَٰفِرِينَ عَذَابٌ أَلِيمٞ
Emwe bemeye Imana Allah n’Intumwa yayo bakubahiriza n’amabwirizwa yayo! Ntimukavuge mu gusaba Intumwa y’Imana ko ibitwararika mu nyigisho, mukoresheje ijambo “Raa’inaa” kuko ari igitutsi mu mvugo y’abayahudi, ahubwo muravuga muti: “Undhu-rnaa” (dutumbere kugira ngo tugutahure neza gusumba), muheze kandi rero mutege amatwi mwumvirize inyigisho muhabwa. Abagarariji na bo barategekanirijwe ibihano bibabaza.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (104) ምዕራፍ: ሱረቱ አል-በቀራህ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት