የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (15) ምዕራፍ: ሱረቱ አል አንቢያ
فَمَا زَالَت تِّلۡكَ دَعۡوَىٰهُمۡ حَتَّىٰ جَعَلۡنَٰهُمۡ حَصِيدًا خَٰمِدِينَ
Ntibaretse kuguma bisabira uguhona bihebuye gushika n’aho Tubahonereje Tukabagira nk’igiterwa caranduwe kikumagana, babaye intumbi zibereye aho[2].
[2] Muri iyi Aayah harimwo igabisha rikomeye ku bantu barungikiwe Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), ko mu gihe bobandanya guhakana iyo Ntumwa, boshikirwa n’ibihano nk’ivyashikiye abantu bo hambere yabo.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (15) ምዕራፍ: ሱረቱ አል አንቢያ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት