የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (32) ምዕራፍ: ሱረቱ አል አንቢያ
وَجَعَلۡنَا ٱلسَّمَآءَ سَقۡفٗا مَّحۡفُوظٗاۖ وَهُمۡ عَنۡ ءَايَٰتِهَا مُعۡرِضُونَ
N’ijuru ryegereye isi, Twarigize igisenge ata nkingi zigifashe, kandi kirakingiwe. Ntigishobora kugwa, vyongeye nta n’amashetani ashobora kukivogera. Hamwe n’ivyo rero, ntibibuza ko abagarariji birengagiza ivyemezo biri muri nya juru; nk’izuba, ukwezi n’inyenyeri vyotuma bemera ko hariho Imana Imwe Rudende Allah.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (32) ምዕራፍ: ሱረቱ አል አንቢያ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት