የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (44) ምዕራፍ: ሱረቱ አል አንቢያ
بَلۡ مَتَّعۡنَا هَٰٓؤُلَآءِ وَءَابَآءَهُمۡ حَتَّىٰ طَالَ عَلَيۡهِمُ ٱلۡعُمُرُۗ أَفَلَا يَرَوۡنَ أَنَّا نَأۡتِي ٱلۡأَرۡضَ نَنقُصُهَا مِنۡ أَطۡرَافِهَآۚ أَفَهُمُ ٱلۡغَٰلِبُونَ
Ahubwo abagarariji hamwe n’abavyeyi babo, Twabahaye ibihendamaso vy’isi mu matungo n’ibibondo hamwe no kuramba, bituma bihenda ko babihawe ku butore bwabo, gutyo batsimbatara ku bugarariji. Mbega abagarariji, ntibabonye ko Twebwe Allah Dufata isi Tukagabanya inkengera zayo ku kuneshwa kw’abo mu mihingo y’isi[8], ni bo rero botunanira guhana!
[8] Maze abislamu bakigarurira ibihugu vy’ababangikanyamana.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (44) ምዕራፍ: ሱረቱ አል አንቢያ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት