የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (29) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ሐጅ
ثُمَّ لۡيَقۡضُواْ تَفَثَهُمۡ وَلۡيُوفُواْ نُذُورَهُمۡ وَلۡيَطَّوَّفُواْ بِٱلۡبَيۡتِ ٱلۡعَتِيقِ
Hanyuma abagiye gushengerera nya ngoro, baheze batunganye iyindi migirwa yo gushengerera ingoro ntagatifu, ijanye no kwiyuhagira, uguca inzara no kumwa umushatsi, baheze kandi bubahirize ishirwa mu ngiro ry’ivyo biyemeje gukora bijanye n’ishengerera n’igendera ry’ingoro ntagatifu, harimwo no kubaga, bongere bakikure inyubakwa ya kera ya Al-Ka’ba, ikingiwe;
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (29) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ሐጅ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት