የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (31) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ሐጅ
حُنَفَآءَ لِلَّهِ غَيۡرَ مُشۡرِكِينَ بِهِۦۚ وَمَن يُشۡرِكۡ بِٱللَّهِ فَكَأَنَّمَا خَرَّ مِنَ ٱلسَّمَآءِ فَتَخۡطَفُهُ ٱلطَّيۡرُ أَوۡ تَهۡوِي بِهِ ٱلرِّيحُ فِي مَكَانٖ سَحِيقٖ
Maze rero musenge Imana Imwe Rudende Allah, mwicishije bugufi mutayibangikanya n’ikintu na kimwe; burya rero uwubangikanije Imana Allah n’ikintu na kimwe ari kure y’ukurongoka; ameze nk’umuntu ahanantutse avuye mu kirere[4], maze inyoni zikamusamira hejuru zimutabaguratabagura, canke hakaza igihuhusi kikamujugunya iyo catawe;
[4] Ako ni akarorero k’umuntu aretse kwemera agahitamwo kugarariza.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (31) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ሐጅ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት