የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (32) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ሐጅ
ذَٰلِكَۖ وَمَن يُعَظِّمۡ شَعَٰٓئِرَ ٱللَّهِ فَإِنَّهَا مِن تَقۡوَى ٱلۡقُلُوبِ
Iryo rero, ni ryo bwirizwa ryo gusenga Imana Imwe Rudende Allah no kwicisha bugufi kuri Yo. Uwuzokwubaha akubahiriza rero ibimenyetso vy’idini ry’Imana Allah[5], nta nkeka ko mu vy’ukuri iyubaha n’iyubahirizwa ry’ivyo bimenyetso, biri mu bikorwa vy’igamburukiramana ry’imitima.
[5] Muri ivyo bimenyetso vyubahwa bikubahirizwa, ni imigirwa y’ishengerera hamwe n’ibibanza bitandukanye iyo migirwa iberamwo, ibibagwa n’imbagwa.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (32) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ሐጅ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት