የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (34) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ሐጅ
وَلِكُلِّ أُمَّةٖ جَعَلۡنَا مَنسَكٗا لِّيَذۡكُرُواْ ٱسۡمَ ٱللَّهِ عَلَىٰ مَا رَزَقَهُم مِّنۢ بَهِيمَةِ ٱلۡأَنۡعَٰمِۗ فَإِلَٰهُكُمۡ إِلَٰهٞ وَٰحِدٞ فَلَهُۥٓ أَسۡلِمُواْۗ وَبَشِّرِ ٱلۡمُخۡبِتِينَ
Umugwi wose w’abemeramana mu bantu b’aho hambere, Twawugeneye imigirwa ubwirizwa kwubaha no kwubahiriza, kugira uninahaze wongere utazire izina ry’Imana Allah mu gihe co kubaga ibitungwa Yawuronkeje, uheze unashimire Imana Allah. Bantu! Burya Imana yanyu, ni Imana Imwe Rudende Allah, nimwicishe bugufi rero kuri Yo, mwongere mwumvire n’Intumwa yayo. Muvugishwamana! Shikiriza rero abicisha bugufi ku Mana Allah inkuru ihumuriza yo kuroranirwa kw’isi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa;
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (34) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ሐጅ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት