የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (35) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ሐጅ
ٱلَّذِينَ إِذَا ذُكِرَ ٱللَّهُ وَجِلَتۡ قُلُوبُهُمۡ وَٱلصَّٰبِرِينَ عَلَىٰ مَآ أَصَابَهُمۡ وَٱلۡمُقِيمِي ٱلصَّلَوٰةِ وَمِمَّا رَزَقۡنَٰهُمۡ يُنفِقُونَ
Barya iyo hayazwe Imana Allah, bagira impungenge zo gutinya ibihano vyayo bakiyubara no guca kubiri n’amabwirizwa yayo, bakihanganira ibiza n'ivyago bibashikiye bazeye indishi kuri Yo, bagatsimbataza n’amasengesho akwije ibisabwa, bagatanga n’ishikanwa-bwirizwa hamwe n’imperezwa mu vyo Twebwe Allah Twabaronkeje[6].
[6] Hatibagiwe kubeshaho umuryango, gutanga imperezwa mu bikorwa vy’Imana Allah, guha imperezwa abavyeyi mu gihe boba bakenye, n’ibindi.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (35) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ሐጅ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት