የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (41) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ሐጅ
ٱلَّذِينَ إِن مَّكَّنَّٰهُمۡ فِي ٱلۡأَرۡضِ أَقَامُواْ ٱلصَّلَوٰةَ وَءَاتَوُاْ ٱلزَّكَوٰةَ وَأَمَرُواْ بِٱلۡمَعۡرُوفِ وَنَهَوۡاْ عَنِ ٱلۡمُنكَرِۗ وَلِلَّهِ عَٰقِبَةُ ٱلۡأُمُورِ
Barya iyo Twebwe Allah Tubatsimbataje kw’isi, baheza bagatsimbataza amasengesho ku mwanya wayo, bagatanga n’ishikanwa-bwirizwa, bakabwiriza no gukora ivyiza[10] bakanabuza no gukora ibibi[11]. Burya rero iherezo ry’ibintu vyose rigenwa n’Imana Allah.
[10] Mu kwubaha no kwubahiriza agateka k’Imana Allah n’agateka k’ibiremwa.
[11] Vyabujijwe n’Imana Allah hamwe n’Intumwa yayo.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (41) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ሐጅ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት