የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (60) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ሐጅ
۞ ذَٰلِكَۖ وَمَنۡ عَاقَبَ بِمِثۡلِ مَا عُوقِبَ بِهِۦ ثُمَّ بُغِيَ عَلَيۡهِ لَيَنصُرَنَّهُ ٱللَّهُۚ إِنَّ ٱللَّهَ لَعَفُوٌّ غَفُورٞ
Iyo rero, ni yo ndishi ibereye abimuka ku bw’Imana Allah. Kukaba nkako, uwuzorenganywa ararekuriwe kwihora uwamurenganije ku rugero nk’urwo yarenganijweko; uwamurenganije na we niyaramuka asubiriye kandi kumurenganya; mu vy’ukuri, nta nkeka ko Imana Allah Izotabara uwurenganijwe azira ko yihoye yivuna akarenganyo. Mu vy’ukuri, nta nkeka ko Imana Allah ari Nyenuguhariribicumuro, Nyenikigongwe-ntangere ku bigaya.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (60) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ሐጅ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት