የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (66) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ሐጅ
وَهُوَ ٱلَّذِيٓ أَحۡيَاكُمۡ ثُمَّ يُمِيتُكُمۡ ثُمَّ يُحۡيِيكُمۡۗ إِنَّ ٱلۡإِنسَٰنَ لَكَفُورٞ
Ni na Yo Yabahaye ubuzima mu kubarema ata co Ifatiyeko, hanyuma Ibaka nya buzima hageze gupfa, mu nyuma Izobasubiza ubuzima ku musi w’izuka, muheze muzuke kugira muharurirwe ku vyo mwakoze. Mu vy’ukuri, nta nkeka ko umuntu yama yagararije mu guhakana yivuye inyuma ivyemezo vyerekana ubushobozi, ububasha n’isengwa vy’Imana Imwe Rudende Allah.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (66) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ሐጅ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት