የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (72) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ሐጅ
وَإِذَا تُتۡلَىٰ عَلَيۡهِمۡ ءَايَٰتُنَا بَيِّنَٰتٖ تَعۡرِفُ فِي وُجُوهِ ٱلَّذِينَ كَفَرُواْ ٱلۡمُنكَرَۖ يَكَادُونَ يَسۡطُونَ بِٱلَّذِينَ يَتۡلُونَ عَلَيۡهِمۡ ءَايَٰتِنَاۗ قُلۡ أَفَأُنَبِّئُكُم بِشَرّٖ مِّن ذَٰلِكُمُۚ ٱلنَّارُ وَعَدَهَا ٱللَّهُ ٱلَّذِينَ كَفَرُواْۖ وَبِئۡسَ ٱلۡمَصِيرُ
N’iyo abagarariji basomewe Aayah zacu za Qor’ani, ushoka ubona banyinyiriwe n’ishavu n’akantu mu maso, bagahakwa gusimbira ku bemeramana babararikira ukwemera Imana Imwe Rudende Allah bakanabasomera nya Aayah zacu. Ntumwa y’Imana! Vuga uti: “Mbega ndabiganire inkuru yobashavuza gusumba ukuntu mushavuzwa n’isomwa rya Aayah za Qor’ani n’irarika ry’abemeramana! Ni umuriro Imana Allah Yasezeraniye abagarariji mu buzima bw’inyuma yo gupfa, ni na yo maherezo mabi cane”.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (72) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ሐጅ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት