የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (14) ምዕራፍ: ሱረቱ አል-ሙዕሚኑን
ثُمَّ خَلَقۡنَا ٱلنُّطۡفَةَ عَلَقَةٗ فَخَلَقۡنَا ٱلۡعَلَقَةَ مُضۡغَةٗ فَخَلَقۡنَا ٱلۡمُضۡغَةَ عِظَٰمٗا فَكَسَوۡنَا ٱلۡعِظَٰمَ لَحۡمٗا ثُمَّ أَنشَأۡنَٰهُ خَلۡقًا ءَاخَرَۚ فَتَبَارَكَ ٱللَّهُ أَحۡسَنُ ٱلۡخَٰلِقِينَ
Hanyuma Turema muri nya ma ry’intanga igihimba c’amaraso avuze, maze Turema muri nya gihimba c’amaraso avuze, akamanyu k’inyama inyuma y’ikiringo c’imisi mirongo ine; Duca Turema amagufa muri nya kamanyu, Turaheza rero Tuyambika inyama, mu nyuma rero Turaheza Duha nya kiremwa iyindi ndemo mu kugihuhiramwo inkomoko y’ubuzima “Roho”, kigaheza kikavuka ari kizima. Harakubahwa rero Imana Allah Yahaye ikintu cose indemo nziza ikibereye.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (14) ምዕራፍ: ሱረቱ አል-ሙዕሚኑን
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት