የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (71) ምዕራፍ: ሱረቱ አል-ሙዕሚኑን
وَلَوِ ٱتَّبَعَ ٱلۡحَقُّ أَهۡوَآءَهُمۡ لَفَسَدَتِ ٱلسَّمَٰوَٰتُ وَٱلۡأَرۡضُ وَمَن فِيهِنَّۚ بَلۡ أَتَيۡنَٰهُم بِذِكۡرِهِمۡ فَهُمۡ عَن ذِكۡرِهِم مُّعۡرِضُونَ
Iyo Imana Allah Ibashingira amabwirizwa ahuye n’ivyipfuzo vyabo, nta nkeka ko amajuru n’isi n’ibiri hagati yavyo vyari kwononekara. Ahubwo rero burya Twebwe Allah, Twabazaniye Qor’ani irimwo iteka n’icubahiro vyabo kw’isi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa nibaba bibuka, hanyuma bagaheza bakavyirengagiza.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (71) ምዕራፍ: ሱረቱ አል-ሙዕሚኑን
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት