Izo Aayah z’Igitabu Qor’ani, ni uburongozi bushikana ku ntsinzi mu buzima bwo kw’isi no mu bw’inyuma yo gupfa, zikanaba n’inkuru nziza iremesha ko Ubwami bw’ijuru bwagenewe abemeramana;
Abatsimbataza amasengesho atanu ku musi akwije ibisabwa; bagatanga n’ishikanwa-bwirizwa ku bayigenewe; bakemera ata guhigimanga ko hariho ubuzima bw’inyuma yo gupfa.
Mu vy’ukuri, abatemera ko hariho ubuzima bw’inyuma yo gupfa ngo baheze babwitegurire, Twabaryohereje ibikorwa vyabo bibi babibona ko ari vyiza, baranajuragirika mu kubura ico bafata n'ico bareka mu vyo bakora;
Musa amaze gushika aho yabonye nya muriro, yarahamagawe n’Imana Allah Iti: “Harahezagiwe abamalayika bari muri nya muriro n’abawukikuje, nihaninahazwe rero Imana Allah, Umubungabunzi w’ibiremwa vyose;
Ariko uwirenganije agakora icaha, hanyuma akigaya maze agasubiriza nya caha iciza co kwigaya, ni ukuri Jewe Ndi Nyenikigongwe-ntangere, Nyenimbabazi kuri we;
Shira ikiganza cawe rero mu kwaha kwawe, kivayo cererana gisayangana bidaturutse ku ndwara y’ubukarabe; ico, ni kimwe mu bitangaro icenda[2] vyerekana ko uri Intumwa vy’ukuri Ndungitse kwa Firawuni n’abantu biwe; mu vy’ukuri, bari mu bantu b’ibigaba birenga ku mabwirizwa y’Imana Allah”.
[2] Ivyo bitangaro bikaba vyari ibi bikurikira: ihinduka ry’inkoni ikaba inzoka amahanga, gusayangana kw’ikiganza mu gihe agikuye mu kwaha, itera ry’amapfa, ikeha ry’umwimbu w’ivyamwa, itera ry’imyuzurire y’amazi, itera ry’inzige, itera ry’udukoko turya ico ari co cose duhuye na co, itera ry’ibikere bikwiragiye hose n’ihinduka ry’ibinyobwa bigacika amaraso.
Contents of the translations can be downloaded and re-published, with the following terms and conditions:
1. No modification, addition, or deletion of the content.
2. Clearly referring to the publisher and the source (QuranEnc.com).
3. Mentioning the version number when re-publishing the translation.
4. Keeping the transcript information inside the document.
5. Notifying the source (QuranEnc.com) of any note on the translation.
6. Updating the translation according to the latest version issued from the source (QuranEnc.com).
7. Inappropriate advertisements must not be included when displaying translations of the meanings of the Noble Quran.
የፍለጋ ዉጤቶች:
API specs
Endpoints:
Sura translation
GET / https://quranenc.com/api/v1/translation/sura/{translation_key}/{sura_number} description: get the specified translation (by its translation_key) for the speicified sura (by its number)
Parameters: translation_key: (the key of the currently selected translation) sura_number: [1-114] (Sura number in the mosshaf which should be between 1 and 114)
Returns:
json object containing array of objects, each object contains the "sura", "aya", "translation" and "footnotes".
GET / https://quranenc.com/api/v1/translation/aya/{translation_key}/{sura_number}/{aya_number} description: get the specified translation (by its translation_key) for the speicified aya (by its number sura_number and aya_number)
Parameters: translation_key: (the key of the currently selected translation) sura_number: [1-114] (Sura number in the mosshaf which should be between 1 and 114) aya_number: [1-...] (Aya number in the sura)
Returns:
json object containing the "sura", "aya", "translation" and "footnotes".