የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (55) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ቀሰስ
وَإِذَا سَمِعُواْ ٱللَّغۡوَ أَعۡرَضُواْ عَنۡهُ وَقَالُواْ لَنَآ أَعۡمَٰلُنَا وَلَكُمۡ أَعۡمَٰلُكُمۡ سَلَٰمٌ عَلَيۡكُمۡ لَا نَبۡتَغِي ٱلۡجَٰهِلِينَ
N’iyo bumvise amajambo y’imburakimazi barayirengagiza, ntibigera bayatega ugutwi, bagaheza bakavuga bati: “Turafise ibikorwa vyiza dukora tudahesha, na mwe nyene murafise ibikorwa vyanyu mukora muzohemberwa, nta mwanya rero dutakaza mu kubishura mu mpari, nta n’ico mutwumvako atari iciza no kubipfuriza amahoro, ntitunakunda ingeso mbi n’abantu b’inshirasoni[4]”.
[4] Inyishu nk’izi, ni zo zikwiye gukoreshwa n’abashikirizabutumwa bararikira abantu ukwemera Imana Imwe Rudende Allah.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (55) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ቀሰስ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት