የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (57) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ቀሰስ
وَقَالُوٓاْ إِن نَّتَّبِعِ ٱلۡهُدَىٰ مَعَكَ نُتَخَطَّفۡ مِنۡ أَرۡضِنَآۚ أَوَلَمۡ نُمَكِّن لَّهُمۡ حَرَمًا ءَامِنٗا يُجۡبَىٰٓ إِلَيۡهِ ثَمَرَٰتُ كُلِّ شَيۡءٖ رِّزۡقٗا مِّن لَّدُنَّا وَلَٰكِنَّ أَكۡثَرَهُمۡ لَا يَعۡلَمُونَ
Abagarariji b’i Makka babwiye Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) bati: “Hamwe tworamuka dukurikiye ukuri watuzaniye tukavavanura n’ibangikanyamana, twokwicwa, tukagirwa imbohe, tukamburwa n’amatungo yacu!”. Mbega Twebwe Allah, ntitwabatsimbataje mu gisagara ca Makka gitekanye, kuko Twaziririje ko giseserwamwo amaraso, Turaheza Tubaronsa muri nya gisagara ivyamwa vy’ubwoko bwose, bizanwa bivuye mu yandi makungu! Ariko rero abenshi mu babangikanyamana, ntibazi akamaro k’izo nema ngo baheze bazishimire Imana Allah mu kuyumvira.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (57) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ቀሰስ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት