የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (75) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ቀሰስ
وَنَزَعۡنَا مِن كُلِّ أُمَّةٖ شَهِيدٗا فَقُلۡنَا هَاتُواْ بُرۡهَٰنَكُمۡ فَعَلِمُوٓاْ أَنَّ ٱلۡحَقَّ لِلَّهِ وَضَلَّ عَنۡهُم مَّا كَانُواْ يَفۡتَرُونَ
Tuzoheza rero Twebwe Allah, Dukure icabona mu mugwi uwo ari wo wose w’abantu bagararije, ico cabona kikazoba ari Intumwa barungikiwe izobagiriza ko bayigararije, maze Tubwire nya mugwi w’abantu Duti: “Enda nyabuna rero, nimuzane ivyemezo vyanyu mwisunga mu kubangikanya Imana Allah!”, ntibazoronka n’ico bireguza. Bazoheza rero bamenye ko icemezo c’ukuri ari ikivuye ku Mana Allah, maze bihakane ibangikanyamana, eka n’ivugirwa baziga ku bigirwamana vyabo, nta ryo bazokwigera baronka.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (75) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ቀሰስ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት