የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (12) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ዐንከቡት
وَقَالَ ٱلَّذِينَ كَفَرُواْ لِلَّذِينَ ءَامَنُواْ ٱتَّبِعُواْ سَبِيلَنَا وَلۡنَحۡمِلۡ خَطَٰيَٰكُمۡ وَمَا هُم بِحَٰمِلِينَ مِنۡ خَطَٰيَٰهُم مِّن شَيۡءٍۖ إِنَّهُمۡ لَكَٰذِبُونَ
Abahakanye isengwa ry’Imana Imwe Rudende Allah mu Bakorayishi, batemera n’ivyo Yasezeraniye ibiremwa, bavuze babwira abemeye Imana Allah bakanagendera n’amabwirizwa yayo, bati: “Nimuvavanure n’idini rya Muhamadi, maze mukurikire idini ryacu, duheze twiremeke ivyaha vyanyu, tuzobihanirwe”. Eka noneho ntibashoboye kwiremeka na kimwe mu vyaha vyabo, mu vy’ukuri barabesha mu vyo babwiye abemeramana.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (12) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ዐንከቡት
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት