የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (67) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ዐንከቡት
أَوَلَمۡ يَرَوۡاْ أَنَّا جَعَلۡنَا حَرَمًا ءَامِنٗا وَيُتَخَطَّفُ ٱلنَّاسُ مِنۡ حَوۡلِهِمۡۚ أَفَبِٱلۡبَٰطِلِ يُؤۡمِنُونَ وَبِنِعۡمَةِ ٱللَّهِ يَكۡفُرُونَ
Mbega abagarariji b’i Makka ntibabonye ko Twebwe Allah, Twabagiriye igisagara ca Makka kuba ahantu hatagatifu hatekanye; kizira ko hagira uwuhicirwa canke ngo ahamburirwe utwiwe, mu gihe abantu baba mu turere dukikuje ico gisagara badatekaniwe, kuko bamburwa utwabo bakanicwa izuba riva, ata camira! Karashize ingani rero hamwe n’iteka n’itekane bahawe n’Imana Allah, bemere ibangikanyamana, bihakane bivuye inyuma inema Yabahaye mu kutayemera ngo bayisenge ari Imwe Rudende!
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (67) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ዐንከቡት
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት